Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Ruhuhuma 2024, muri Mairie ya Bujumbura, Sylvana BAVUMIRAGIYE niho yabisikanya na Jean Pacifique MUHORANE mu mabanga yo kurongora igisata kijejwe intwaro, abakozi n'akazi. Ivyo bikorwa bikaba vyari bihagarikiwe na Elianne INAMAHORO, Umunyamabanga Nshirwabikorwa muri Mairie ya Bujumbura.