#Burundi Umurwi wamahoro ujejwe agateka ka zina muntu n'ubutungane w'Inama nshingamateka y'uburundi waraye ugendeye Umukuru w'igisagara ca Bujumbura Jimmy HATUNGIMANA kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 23 nzero 2024.
Bakaba bari bazanwe no kuyaga n'uwurongoye igisagara uko abajejwe intwaro n'abajejwe ubutungane bokorera mu runani rumwe mu gutorera inyishu ibibazo bihanze abanyagisagara